30 Arahindukira, arāba uwundi, na we amubaza nk’ivyo, abantu basubira kumwishura nk’ivya mbere.
Dawidi aramwishura, ati None nkoze iki? Ntikwar’ ukubaza gusa?
Bumvise amajambo Dawidi avuga, bayashengerana kwa Sauli; araheza aramuhamagaza.