Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Abafilisitiya batonda ku musozi wo hakurya, Abisirayeli ku wo hakuno, umwonga ugaca hagati yabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:3
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ acokoye Abisirayeli, Yonatani mwene Shimeyi, umuhungwabo wa Dawidi, aramwica.


Sauli n’Abisirayeli na bo barakorakorana, basagaza ku mwonga Ela, batonda urugamba ngo barwanye Abafilisitiya.


Bukeye mu nsago z’Abafilisitiya havamw’ umuhizi yitwa Goliyati w’i Gati; uburebure bgiwe bgar’ amatambge atandatu y’ukuboko uciriye mu nkokora n’itambge rimwe ry’intoke.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ