Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Dawidi aramwishura, ati None nkoze iki? Ntikwar’ ukubaza gusa?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:29
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ukwishura kwiyoroheje guhwama uburake, Arikw ijambo ribabaza rivyura ishavu.


Arik’ umuntu w’impwemu asesa vyose, kand’ ubgiwe nta wumusesa.


ntimugere ikibi ku kindi, cank’ igitutsi ku kindi; ariko mubigerāne n’umuhezagiro, kukw ico ari co mwahamagariwe, kugira ngo namwe muragwe umugisha.


Maze Eliyabu mukuru we, imfura ya se, yumvise Dawidi avugana n’abo bantu, uburake bgiwe buraziriringa, aramubaza, ati Wazanywe n’iki? Mbega bga butama wabusigaranye nde mu bugaragwa? Ndazi amanyama yawe, n’ ubugāba bgo mu mutima wawe: ereg’ icakuzanye n’ukugira ng’ urābe intambara.


Arahindukira, arāba uwundi, na we amubaza nk’ivyo, abantu basubira kumwishura nk’ivya mbere.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ