Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Abantu bamwishura nk’ivyo bari bahejeje kuvuga, bat’ Uwomwica, uko ni ko yogororerwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:27
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abisirayeli baravuga, bati Ntimubona uriya mugabo adūze? Adūganywe no gucōkōra Abisirayeli, nta kindi. Umuntu yomwica, umwami azomugororera vyinshi, kand’ azomushingira umwana wiwe, akūre n’inzu ya se kw ikori mu Bisirayeli.


Arahindukira, arāba uwundi, na we amubaza nk’ivyo, abantu basubira kumwishura nk’ivya mbere.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ