Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Nuko Dawidi akoroka kare, asigarana intama ūzimurābira, ahitana ivyo bintu aragenda, nk’uko Isayi yamubariye, ashikira aho barāza imikogote y’intambara, ahūra ingabo zigiye gutonda urugamba zīrahira ubutōre.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:20
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kukw imisi izokuzako, ah’ abansi bawe bazokurundira ikirundo c’ivu kigukikije, na bo ubgabo bakagukikiza, bakakwugariza impande zose,


Bukeye Yosuwa arazinduka, avana i Shitimu n’Abisirayeli bose, bashika kuri Yorodani, barāra batajabutse.


Bukeye akoroka kare ngw aje gusanganira Sauli; baramubarira, bati Sauli yari yagiye i Karumeli, ahīshingira icibutso; hanyuma arahindukira, akomeza inzira amanuka i Gilugali.


Kandi Sauli n’abo bakuru ba Dawidi n’ingabo zose z’Abisirayeli bāri kuri wa mwonga Ela bashāmiranye n’Abafilisitiya.


Nukw Abisirayeli batonda urugamba, n’Abafilisitiya n’uko, urugamba ruhanganye n’ urundi.


Maze Eliyabu mukuru we, imfura ya se, yumvise Dawidi avugana n’abo bantu, uburake bgiwe buraziriringa, aramubaza, ati Wazanywe n’iki? Mbega bga butama wabusigaranye nde mu bugaragwa? Ndazi amanyama yawe, n’ ubugāba bgo mu mutima wawe: ereg’ icakuzanye n’ukugira ng’ urābe intambara.


aca ava hasi, aja ha handi Sauli yar’ ashagaje. Nuko Dawidi abona ikiryamo ca Sauli aho kiri, n’ica Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo ziwe; kand’ ikiryamo ca Sauli cari hagati y’aho bārāza imikogote y’intambara, ingabo na zo zari zimushagaje irya n’ino.


Nuko Dawidi na Abishayi bahenga mw ijoro baragenda, bashika mur’ izo ngabo, basanga Sauli yībīkiriye hagati y’aho bārāza imikogote y’intambara, icumu ryiwe rishinze haruguru y’umutwe wiwe, Abuneri n’ingabo baryamye bamukikije.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ