Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Sauli n’Abisirayeli na bo barakorakorana, basagaza ku mwonga Ela, batonda urugamba ngo barwanye Abafilisitiya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:2
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Sauli n’abo bakuru ba Dawidi n’ingabo zose z’Abisirayeli bāri kuri wa mwonga Ela bashāmiranye n’Abafilisitiya.


Abafilisitiya batonda ku musozi wo hakurya, Abisirayeli ku wo hakuno, umwonga ugaca hagati yabo.


Uwo musi Dawidi arahaguruka ahunga Sauli, aja kwa Akishi umwami w’i Gati.


Uwo muherezi aramwishura, ati Ya nkota ya Goliyati wa Mufilisitiya watsinda mu mwonga Ela, ehe ngiyi iri hano, izingiriwekw impuzu inyuma ya efodi; ni wagomba kuyijana, uyijane, kukw ata yindi iri hano atar’ iyo. Dawidi aramwishura, ati Nta yiruta iyo; yimpe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ