Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Kandi Sauli n’abo bakuru ba Dawidi n’ingabo zose z’Abisirayeli bāri kuri wa mwonga Ela bashāmiranye n’Abafilisitiya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:19
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ ugemurire umugabisha w’umuce barimwo, aya masoro ukw ar’ icumi y’umukānyūre w’amavuta; uheze urābe bakuru bawe uko bameze, unzanire agakuru k’imvāho.


Sauli n’Abisirayeli na bo barakorakorana, basagaza ku mwonga Ela, batonda urugamba ngo barwanye Abafilisitiya.


Nuko Dawidi akoroka kare, asigarana intama ūzimurābira, ahitana ivyo bintu aragenda, nk’uko Isayi yamubariye, ashikira aho barāza imikogote y’intambara, ahūra ingabo zigiye gutonda urugamba zīrahira ubutōre.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ