Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Kandi Dawidi yaja agīshanya imbu, hamwe akaba kwa Sauli, ahandi akaja kuragira intama za se i Betelehemu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:15
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Samweli abaza Isayi, ati Mbeg’ abana bawe bose n’abo? Aramwishura, ati Hasigaye umuhererezi, ariko rer’ ari ku ntama. Nuko Samweli aramubarira, ati Tuma ūja kumuhamagara, kuko tutaribgicare ngo turye ataraza.


Nuk’ uwo Mufilisitiya, uko bukeye uko bgije, akāma aseruka ahibonekeza, abasomboroza, kumara imisi mirongwine.


Dawidi yishura Sauli, ati Jewe umusavyi wawe iyo ndagiye intama za data, hakaza intambge cank’ idubu kigasahura umwana w’intama mu mukuku,


Maz’ uwo musi Sauli aca agumya Dawidi, ntiyamukundira gusubira kwa se ukundi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ