Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 17:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Dawidi ni we yar’ umuhererezi; kand’ abo bakuru be batatu bāri bāratabaranye na Sauli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 17:14
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho aramwishura, at’ Inda yawe irimw’ amahanga abiri, Amoko abiri azokwitandukanya uhereye bakiva mu bura bgawe: Ubgoko bumwe buzorusha ubundi inkomezi, Kandi Bukuru azoshumbira Butoyi.


Maze Samweli abaza Isayi, ati Mbeg’ abana bawe bose n’abo? Aramwishura, ati Hasigaye umuhererezi, ariko rer’ ari ku ntama. Nuko Samweli aramubarira, ati Tuma ūja kumuhamagara, kuko tutaribgicare ngo turye ataraza.


Kandi Dawidi yaja agīshanya imbu, hamwe akaba kwa Sauli, ahandi akaja kuragira intama za se i Betelehemu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ