1 Samweli 17:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Kand’ abahungu batatu bakuru ba Isayi bāri bāratabaranye na Sauli; amazina y’abo bahungu biwe batatu bātabaye, uw’ imfura ni Eliyabu, uwa kabiri ni Abinadabu, uwa gatatu ni Shama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |