8 Maze Isayi ahamagara Abinadabu, amwereka Samweli. Samweli aravuga, ati N’uyu nyene Uhoraho si we yatoranije.
na mwene Abinadabu yatoza ivyo mu misozi yose ihagaze y’i Dori, kandi yar’ afise umukobga wa Salomo yitwa Tafati;
Isayi avyara Eliyabu, imfura yiwe, uwa kabiri ni Abinadabu, uwa gatatu ni Shimeya,
Kand’ abahungu batatu bakuru ba Isayi bāri bāratabaranye na Sauli; amazina y’abo bahungu biwe batatu bātabaye, uw’ imfura ni Eliyabu, uwa kabiri ni Abinadabu, uwa gatatu ni Shama.
Nukw ab’i Kiriyati‐yeyarimu baraza, bajana isandugu y’ Uhoraho, bayidūgana umusozi, bayishira kwa Abinadabu; maze barobanura umuhungu wiwe Eleyazari, kugira ngw abe ari we ayizezwa.