1 Samweli 16:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Arik’ Uhoraho abarira Samweli, ati Nta co urāba ishusho yiwe, cank’ ikirēho ciwe, kuko ntāmushimye; erega jewe sindāba nk’ukw abantu barāba: kukw abantu barāba ku rukoba gusa, ariko jewe Uhoraho ndāba mu mutima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |