1 Samweli 16:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Nuko bashitseyo, abonye Eliyabu, aribgira, ati Nta gukekeranya, uwo Uhoraho agira yimikishe amavuta nguyu imbere yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ariko rer’ Uhoraho Imana y’Abisirayeli ni jewe yarobanuye mu bo mu nzu ya data bose, ngo mbe umwami w’ Abisirayeli ibihe vyose; kuko yatoranije Yuda, ikamugira umukuru; kandi mu muryango wa Yuda igatoranyamwo inzu ya data; kandi mu bahungu biwe ikaba ari jewe yashimye kugira umwami w’Abisirayeli mwese.