Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 16:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Maze Sauli atuma kuri Isayi, ut’ Aragusavye Dawidi ngw amugendanire, kukw amushimye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 16:22
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Labani aramwishura, at’ Icompa ukanezererwa kugumana nanje! Kuko nabonye rwose yuk’ Uhoraho yampaye umugisha kubgawe.


Yosefu atona kuri we, aba ingendanyi yiwe; maz’ amuhindura umubgiriza wo mu rugo rwiwe, amuzeza ivy’ afise vyose.


Uhoraho, umutima wanje ntiwibona, kand’ amaso yanje ntiyishira hejuru; Kandi sinishira mu vyo ntagezwemwo, Canke mu bitangaza bindengeye.


Nuk’ umwami agera ingaburo bahabga imisi yose ivuye ku vy’ umwami afūngura, no ku giturire yuhira, kandi ko bagaburirwa imyaka itatu; ngo ni yashira babone gukorera umwami.


ati Yosuwa mwene Nuni, wa mutumwa wawe, ni we azokijamwo, ati Nuk’ umuremeshe, kukw ari we azocinjiza Abisirayeli.


Nuko Dawidi ashitse kwa Sauli arenguka imbere yiwe; Sauli aramukunda cane, amugira ūmutwaza ibirwanishwa.


Hanyuma uko ya mpwemu mbi yarungitswe n’Imana yafata Sauli, Dawidi yahitana inanga, agacuraranga; maze Sauli akoroherwa agakira, iyo mpwemu mbi ikamuvako.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ