Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 16:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Nuko Isayi yābīra indogoba, ayishirakw imitsima n’umukuza w’urusāto wuzuye vino, n’umwagazi w’impene, abirungikana umuhungu wiwe Dawidi ngw abishikanire Sauli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 16:20
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Se Isirayeli arababgira, at’ Enda ko bimeze birtyo, ni mugenze murtya: mujane mu magunira yanyu ibiba mur’ iki gihugu birusha ibindi kuba vyiza, mubishīre uwo mugabo kw ingemurano: umuti wo gusomōra ugeze, n’ ubūki bugeze, n’imibavu, n’isenga, n’ibiyoba, na shakedi;


Ishikanwa ry’umuntu rimuronkera akayira, Rimushitsa imbere y’abahambaye.


Arikw abantu b’abagesera bamwe baravuga, bati Mbeg’ uwo muntu yodutabara ate? Baramukēngēra, ntibāruha bamuzanira n’ imishikīro. Arikw apfa kwinumira.


Barakuramutsa, baguhe n’amarobe abiri, nawe uyākīre.


Nuko Sauli atuma intumwa kuri Isayi, uti Murungikire umuhungu wawe Dawidi, umwe aragira intama.


Kand’ ugemurire umugabisha w’umuce barimwo, aya masoro ukw ar’ icumi y’umukānyūre w’amavuta; uheze urābe bakuru bawe uko bameze, unzanire agakuru k’imvāho.


Maze Abigayili arakwakwanya, akora imitsima amajana abiri, n’imikuza ibiri ya vino, n’inyama zihiye z’amapfizi atanu y’intama, n’ingero zitanu z’ingano zikaranze, n’imisoko ijana y’inzabibu zumye, n’uturobe amajana abiri tubumbabumbge mu nsukoni, abiremēka indogoba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ