Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 16:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Nuko Sauli yishura abo bantu biwe, ati Nuko ni mundonderere umuntu azi gucuraranga neza, mumunzanire.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 16:17
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Enda se databuja, n’udutume twebge abasavyi bawe duhagaze hano, tuje kukuronderera umuntu w’ umuhinga azi gucuraranga inanga; maz’ iyo mpwemu mbi irungitswe n’Imana iy’ igufashe, az’ agucurarangire, ukire.


Umuhungu umwe w’umusore aramwishura, ati Nabonye umuhungu wa Isayi w’i Betelehemu, n’umucuraranzi w’umuhinga, n’ umuhizi w’inkomezi kand’ arazi kurwana, aritonda mu vyo avuga, n’umuntu w’igikundiro, kand’ Uhoraho ari kumwe na we.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ