1 Samweli 16:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Nuko Samweli aca yābīra rya hembe ry’amavuta, ayamusukako bakuru be bamukikije. Kuva uwo musi Mpwemu w’Uhoraho yama aza kuri Dawidi akābushūngwe. Nuko Samweli arahaguruka, asubira i Rama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |