Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 15:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Bukeye Sauli aja ku gisagara c’Abamaleki, aryama mu mwonga waho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 15:5
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ atoranya abantu nk’ibihumbi bitanu, abarungika kuja kubunda hagati y’i Beteli n’i Hayi, i burengerazuba bg’ico gisagara.


Arababarira, ati Murumva: muje kubunda hirya y’ico gisagara; ntimukije kure cane, kandi mwese mube mwiteguye.


Nuko Sauli ahamagaza ingabo, aziharūrira i Telayimu, zār’ ingabo ibihumbi amajana abiri, bo n’iz’ i Buyuda ibihumbi cumi.


Ariko Sauli abarira Abanyakeni, ati Hogi ni mugende, muve mu Bamaleki, noye kubarandurana na bo, kuko mwagiriye Abisirayeli bose neza, igihe bādūga bava muri Egiputa. Nukw Abanyakeni bava mu Bamaleki.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ