1 Samweli 15:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Arikw abantu ni bo bākūye intama n’inka mu zo bānyaze, izarusha izindi kuba nziza mu zāgira zigesezwe, ngo zize zibe izo gushikanira Uhoraho Imana yawe kw ibimazi ngaha i Gilugali. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |