1 Samweli 15:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Sauli aramwishura, ati N’izo bākūye mu Bamaleki, kukw abantu bazigurije izirusha izindi ubgiza mu ntama no mu nka, ngo n’izo gushikanira Uhoraho Imana yawe kw ibimazi; na vyo ibindi vyose twarabigesheje rwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |