1 Samweli 14:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Yonatani ni kwo kubarira uwo muhungu yamutwaza ibirwanishwa, ati Ngwino tujabuke tuje ku nsago za ziriya ntakebga; kumbure Uhoraho har’ ico yodukorera, kukw ata cobuza Uhoraho gukiza, atumye benshi canke bake. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Asa araheza atakambira Uhoraho Imana yiwe, at’ Ewe Uhoraho, nta mutabazi ariho atari wewe, ashobora gutabara abanyantege nke akabakiza abanyenkomezi; ewe Uhoraho Mana yacu, udutabare, kukw ari wewe twizigiye, kandi tuje mw izina ryawe kurwanya iki gitero kingana girtyo. Ewe Uhoraho, ni wewe Mana yacu: ntuneshwe n’umuntu buntu.