Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -

1 Samweli 14:49 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Abahungu ba Sauli bāri Yonatani na Ishivi na Malikishuwa, kand’ abakobga biwe bompi, umukuru yari Merabu, umutoyi yari Mikali.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

1 Samweli 14:49
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abafilisitiya bakinagiza Sauli n’abahungu biwe, bica Yonatani na Abinadabu na Milikishuwa abahungu biwe.

Kandi Neri avyara Kishi, Kishi avyara Sauli, Sauli avyara Yonatani na Malikishuwa na Abinadabu na Eshibayali.

Kandi Neri avyara Kishi, Kishi avyara Sauli, Sauli avyara Yonatani na Malikishuwa na Abinadabu na Eshibayali.

Igihe gishinzwe kitaragera, Dawidi ahagurukana n’ingabo ziwe, yica mu Bafilisitiya abagabo amajana abiri; nuko Dawidi atabarukana ubugabo bgabo, babushikiriza umwami ukw igitigiri cabgo kingana, kugira ngo Dawidi abone kuba umukwe w’umwami. Nuko Sauli amushingira umukobga wiwe Mikali.

Nuko Mikali acisha Dawidi mw idirisha, aramwururutsa, na we aca aratemesha, arahunga.

Kandi Mikali, wa mukobga wa Sauli yari muka Dawidi, Sauli yari yaramuhaye Paliti mwene Layishi w’i Galimu.

Abafilisitiya bakinagiza Sauli n’abahungu biwe, bica Yonatani na Abinadabu na Milikishuwa abahungu biwe.

ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ

ကြော်ငြာတွေ