Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 14:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Sauli araheza abgira Yonatani, ati Mbarira ico wakoze. Yonatani aramwishura, ati Nakojeje inkoni nari nitwaje mu mutsāma w’ubūki, ndumviriza; none rero ndemeye gupfa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 14:43
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yosuwa abarira Akani, ati Mwana wanje, enda ni wubahe Uhoraho Imana y’Abisirayeli, uyishire hejuru; mbarira ico wakoze, ntumpishe.


Ariko Yonatani we, igihe se yarahiza abantu, ntiyumva, ni kwo gutuma inkoni yitwaje, akayikoza ku mutsāma w’ ubūki, agashira mu kanwa, akajisho kakagaruka.


Maze Sauli aravuga, ati Ni mudupfindire twe na Yonatani umwana wanje. Nuko Yonatani arafatwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ