Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 14:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kandi mur’ ako kavōvo, aho Yonatani yagomba guca ngw ashikīre za nsago z’Abafilisitiya, mu ruhande rumwe hār’ igitandara gisongoye, mu rundi ikindi; kimwe citwa Bosesi, ikindi citwa Sene.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 14:4
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kiba mu bitandara, kikārikaho, No ku karungerunge kavyo, no mu masenga yavyo.


Maz’ abo mu nsago z’Abafilisitiya barunguruza, bategera hejuru ku kavōvo k’i Mikimashi.


Igitandara kimwe cari gihagaze ahahera i burārūko, aharābana n’i Mikimashi, ikindi ahahera i bumanuko, aharābana n’i Geba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ