Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 14:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Maze Yonatani aramwishura, ati Data yagiriye abantu nabi! Ehe rāba ingen’ akajisho kagarutse, aho ntamiriye kur’ ubu būki.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 14:29
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na we aramwishura, at’ Eka si jewe nateje amagorwa Abisirayeli, ariko ni wewe, mwe n’inzu ya so, mwayabateye, kuko mwaretse ivyagezwe vy’Uhoraho, mugakurikira za Bayali.


Vyitegereze, unyishure, ewe Uhoraho, Mana yanje, Kubitisha akagohe amaso yanje, noye gusinzira itiro ry’urupfu.


Maze Yosuwa aravuga, ati N’iki catumye udutēza amagorwa? Nawe uyu musi Uhoraho aragutera amagorwa. Maz’ Abisirayeli bose bamutera amabuye; babicisha amabuye, barabaturira.


Maz’ umwe mur’ abo bantu aramubarira, at’ Erega so yari yihanikirije abantu, arabarahiza, ngo Haravumwe umuntu aza kugira ico atamira uyu musi. Kand’ abantu bari badendebukiwe.


Uyu musi iyaba abantu baretswe bakarya ku vyo basahuye abansi babo, vyari kugenda neza; ariko noneho mu Bafilisitiya ntihapfuye benshi cane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ