Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 14:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Nuko bashitse mur’ ico kibira, basanga ubgo būki buriko burashonga; ariko ntihagira umuntu n’umwe akoza intoke ku munwa, kuko bātinya kurenga indahiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 14:26
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ndakugīriye inama: witondere icagezwe c’umwami, nk’uko wabirahiye Imana.


Vyose bibashikako kumwe bose: iherezo ni rimwe ku mugororotsi no ku munyakibi; ku munyangeso nziza no ku wejejwe no ku wuhumanye; ku muntu atanga ibimazi no ku muntu atabitanga: nk’uk’ umunyangeso nziza ameze, ni k’umunyavyaha ameze; nk’uk’ ūrahira ameze, ni k’ūtinya indahiro ameze.


Yohana uyo, imyambaro yiwe yar’ iy’ ubgoya bg’ingamiya, yayikenyeza umukanda w’urusato mu rukenyerero; indya ziwe zar’ inzige n’ubūki bgo mw ishamba.


Maz’ abantu bose baja mu kibira; kandi hasi har’ ubūki.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ