1 Samweli 14:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Maz’ uwo musi Abisirayeli bacika intege; kuko Sauli yari yarahije abantu, akavuga, ati Haravumwe umuntu aza kugira ico atamira butaragoroba, ntaraheza kwihōra abansi banje. Nuko nta muntu n’umwe muri bo yagize ico atamira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |