Maze haba gucika ivutu aho bashagaje n’inyuma yaho, mbere no mu ngabo zose; abo mu nsago na ba banyazi na bo bagwa mu gatengo; isi na yo iratigita, haba gucika ivutu gutewe n’Imana.
Maze Sauli abarira abantu bari kumwe na we, ati Ni muharūrane, murābe ko har’ uwacu yoba yatuvuyemwo. Baharūye, basanga Yonatani n’uwamutwaza ibirwanishwa batariho.