Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 14:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Nuko Yonatani aharāmba yāvūra, n’ūmutwaje ibirwanishwa ar’ inyuma yiwe. Ba Bafilisitiya Yonatani arabahindikiranya, bagwa imbere yiwe, n’ūmutwaje ibirwanishwa agenda arabahohosha inyuma yiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 14:13
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kukw ari wewe unshoboza gutera umuce w’ingabo, Kand’ ar’ Imana yanje inshoboza gusimba uruzitiro rw’ amabuye.


Ko bimeze birtyo, tuvuge iki? Bisanzwe Imana iri mu ruhande rwacu, uwoturwanya ni nde?


Uhoraho azotuma abansi banyu babakūriye hasi batsindirwa imbere yanyu: bazozanana inzira imwe babateye, babahunge baciye mu nzira ndwi.


Umwe yoshoboye ate gukinagiza igihumbi, Na babiri kwirukana ibihumbi cumi, Iyo ca Gitandara cabo atabagura, Iy’ Uhoraho atabagabura?


no kuzimya ubukare bg’umuriro, no gukira ubugi bg’inkota, no guhindurwa mu ntege nke ngo zicike inkomezi, no kuba agahebuza mu ntambara, no kunesha ingabo z’abanyamahanga.


arik’ umwe muri mwebge akinagiza abantu igihumbi, kuk’ Uhoraho Imana yanyu ari we abarwanira, nk’uko yababgiye.


Aca ahamagara umuhungu w’umusore amutwaje ibirwanishwa, ati Sokōra inkota yawe, umpohoshe, boye kuzovuga, ngo Yishwe n’umugore. Nuk’ uwo muhungu aramusogota, arapfa.


Abo mur’ izo nsago bahamagara Yonatani n’ūmutwaje ibirwanishwa, bati Ni mudūge ino, ico tubereka! Nuko Yonatani abarira ūmutwaje ibirwanishwa, ati Nkurikira, kuk’ Uhoraho abagabuye mu maboko y’Abisirayeli.


Mur’ ukwo kugeseza kwa mbere kwa Yonatani n’ūmutwaje ibirwanishwa, bishe abantu nka mirongwibiri, babatsinda ahantu hangana n’ikivutu umuntu yorima mu gihimba c’umusi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ