1 Samweli 13:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Sauli ni kwo kuvuga, ati Ni munzanire hano ikimazi co kwosa n’ibimazi vy’ishimwe. Nuko yosa ico kimazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ūkerera inka, ahwanye n’uwica umuntu; ūtanga umwagazi w’ intama kw ikimazi, ahwanye n’ ūvuna imbga izosi; ūshikana ishikanwa ry’amafu, ahwanye n’ ūzanye amaraso y’ingurube; uwosa imibavu, ahwanye n’ūhezagira ikigirwamana. N’ukuri koko bitoranirije inzira zabo ubgabo, imitima yabo ihimbarwa n’ ibizira vyabo vy’ubuyobe.