Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 13:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Nuko Sauli amaray’ imisi ndwi, arorereye Samweli, nk’uko yari yamuhaye indagano; arikw abantu bāri bāgiye biyonjorora bamuta, Samweli ataraza i Gilugali.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 13:8
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Amasa aja guhamagara Abayuda; arikw arenza imisi umwami yamubariye.


Kand’ uz’ unyitangire imbere, umanuke i Gilugali; nanje nyene nzomanuka ngusangeyo, nje kwosa ibimazi no gutanga ivy’ ishimwe. Uz’ undorēre imisi ndwi kugeza igihe nzogusangayo nkakwereka uk’ ukwiye kugenza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ