1 Samweli 13:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ni co gituma umusi intambara yarumanako, mu bantu bāri kumwe na Sauli na Yonatani ata n’umwe yar’ afise inkota cank’ icumu, ukūye Sauli na Yonatani umuhungu wiwe: ni bo bāri babifise. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |