Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 13:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 kand’ impembo bācira isuka cank’ imbāzo ryar’ ihera ryitwa pimu, iyo bācira kunagūra incabiti canke gukwikira ikimīto, car’ ikigira gatatu ca shekeli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 13:21
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mur’ ico gihugu cose, ni k’Uhoraho agize, ibice bibiri vyo muri co bizorandurwa bipfe, arikw ica gatatu kizosigazwaho.


Nukw Abisirayeli bose bāhora bamanuka mu Bafilisitiya, umuntu wese ngw anagūzeyo isuka yiwe cank’ imbāzo cank’ incabiti cank’ umuhoro;


Ni co gituma umusi intambara yarumanako, mu bantu bāri kumwe na Sauli na Yonatani ata n’umwe yar’ afise inkota cank’ icumu, ukūye Sauli na Yonatani umuhungu wiwe: ni bo bāri babifise.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ