Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 13:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Nukw Abisirayeli bose bāhora bamanuka mu Bafilisitiya, umuntu wese ngw anagūzeyo isuka yiwe cank’ imbāzo cank’ incabiti cank’ umuhoro;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 13:20
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi ni ko yagenjeje no mu bisagara vyabaye amatongo impande zose, ivy’ Abamanase n’ ivy’ Abefurayimu n’ivy’ Abasimeyoni, no kurinda ashitsa no mu vy’i Bunafutali.


Ukw icuma gikarisha ikindi, Ni k’umuntu akarisha mugenzi we.


Yukw igihe nzokarisha inkota yanje irabagirana nk’ umuravyo, Ukuboko kwanje kugafata amatēka, Nzokwihōra abarwanizi banje, Nsubirize mu nkōko abanyanka.


Ico gihe nta mucuzi yar’ akiboneka mu gihugu cose c’Abisirayeli; kukw Abafilisitiya bari bavuze, bati Hinge tubuze Abaheburayo kwicurishiriza inkota n’ amacumu.


kand’ impembo bācira isuka cank’ imbāzo ryar’ ihera ryitwa pimu, iyo bācira kunagūra incabiti canke gukwikira ikimīto, car’ ikigira gatatu ca shekeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ