Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 13:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Ico gihe nta mucuzi yar’ akiboneka mu gihugu cose c’Abisirayeli; kukw Abafilisitiya bari bavuze, bati Hinge tubuze Abaheburayo kwicurishiriza inkota n’ amacumu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 13:19
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ajana ab’i Yerusalemu bose ar’ inyagano, hamwe n’abo mu nda y’ ingoma bose, n’abahizi bose; abāfashwe bose na bose bār’ ibihumbi cumi, hamwe n’ababāji n’abacuzi bose; nta wasigaye mur’ ico gihugu atari ba nyarucari bo hanyuma y’abandi.


Ehe ni jewe ndema umucuzi avuguta umuriro w’amakara, agakūramw’ ico kurwanisha kubg’ ubuhanga bgiwe; ariko kandi naremye umuranduzi wo kugeseza na we.


Uhoraho aranyereka, mbona ibisimbo bibiri vy’insukoni biteretse imbere y’urusengero rw’ Uhoraho, igihe Nebukadineza umwami w’i Babuloni yar’ amaze kujana Yekoniya mwene Yehoyakimu, umwami w’i Buyuda, kw inyagano, bo n’abaganwa b’i Buyuda n’ababāji n’abacuzi, abakūra i Yerusalemu abashikana i Babuloni.


Ico gihe umwami Yekoniya n’umugabekazi n’abantu b’inkone n’abaganwa b’i Buyuda n’i Yerusalemu n’ababāji n’abacuzi, bāri bamaze kuvanwa i Yerusalemu.


Igihe bitoraniriza izindi mana, Intambara zaciye zishika ku marembo yabo. Nta nkinzo cank’ icumu vyari bikiboneka Mu Bisirayeli naho boba ibihumbi mirongwine.


Nukw Abisirayeli bose bāhora bamanuka mu Bafilisitiya, umuntu wese ngw anagūzeyo isuka yiwe cank’ imbāzo cank’ incabiti cank’ umuhoro;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ