Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 13:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Bukeye abanyazi b’Abafilisitiya bava aho bashagaje, bīcīyemw’ imice itatu: umuce umwe ujana inzira ija i Ofura, mu gihugu c’i Shuwali;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 13:17
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye Sauli agabanya abantu mw imice itatu, basēseka hagati mu nsago z’Abamoni mu gahuru, baririka Abamoni gushitsa ku musase munini; maz’ abācitse kw icumu aho bashwiragiriye nta na babiri wobonye bari hamwe.


Maze haba gucika ivutu aho bashagaje n’inyuma yaho, mbere no mu ngabo zose; abo mu nsago na ba banyazi na bo bagwa mu gatengo; isi na yo iratigita, haba gucika ivutu gutewe n’Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ