1 Samweli 13:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Ariko noneh’ ubgami bgawe ntibuzohangama; Uhoraho aramaze kwironderera umuntu ameze nk’uk’ umutima wiwe ugomba; kandi ni we Uhoraho yashinze ngw az’ abe segaba w’abantu biwe, kuk’ utumviye ic’ Uhoraho yakugeze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |