1 Samweli 13:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Maze Samweli aramubaza, at’ Ivyo wakoze n’ ibiki? Sauli aramwishura, at’ Erega nabonye abantu biyonjoroye bāntaye, kandi nawe nyene utaje muri ya ndagano, Abafilisitiya na bo bariko barakorakorana i Mikimashi; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |