Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 13:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Agiheza kucosa, Samweli arashika; maze Sauli arasohoka aja kumusanganira ngw amuramutse.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 13:10
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abahita ntibaze bababgire, Ng’ Umugisha w’Uhoraho n’ube kuri mwebge; Canke ngo Tubahezagiye mw izina ry’Uhoraho.


Bowazi araza, avuye i Betelehemu, abgira abagenyi, at’ Uhoraho abane namwe. Na bo baramwishura, bat’ Uhoraho aguhe umugisha.


Maze Samweli ashikīra Sauli; Sauli aramubarira, at’ Uragahezagirwa n’Uhoraho! Ico Uhoraho yambariye nāgishikije.


Maz’ umwe mu mikangara ya Nabali abarira Abigayili muka Nabali, at’ Erega Dawidi yatumye intumwa ziva mu bugaragwa ngo zize kuramutsa databuja; na we araheza arabarandamukira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ