Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 12:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Yakobo yagiye muri Egiputa, Abanyegiputa babagirira nabi; maze ba sogokuruza batakambira Uhoraho, na we atuma Mose na Aroni, babakūra muri Egiputa, babagerēra mur’ iki gihugu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 12:8
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abaha ibihugu vy’abanyamahanga, Batwara ivyo abanyamahanga bācumukuriye:


Nuko kur’ uwo musi nyene, Uhoraho akūra Abisirayeli mu gihugu ca Egiputa, ukw imitwe y’ingabo zabo yangana.


Abo ni bo ba bandi Aroni na Mose, Uhoraho yabariye, ati Ni mukūre Abisirayeli mu gihugu ca Egiputa, mubakurikiranye mu mice yabo.


ingene ba sekuruza bamanutse muri Egiputa, bakahamara igihe kirekire, Abanyegiputa bakabagirira nabi, bose uhereye no kuri ba sekuruza.


Yakobo aramanuka, aja muri Egiputa; agwayo, bo na ba sogokuruza:


Shikama, ushire amanga, kukw ari wewe uzoshikiriza abo bantu igihugu narahiye ba sekuruza ko nzokibaha.


Uko ni k’Uhoraho yahaye Abisirayeli bose igihugu yasezeraniye ba sekuruza, ni ko bācegukiye, bakibamwo.


abarira Abisirayeli, at’ Uku ni k’Uhoraho Imana y’Abisirayeli agize, ngo Yadūganye Abisirayeli abakūye muri Egiputa, ngw Arabarokora abakūra mu maboko y’ Abanyegiputa no mu maboko y’ abami bose bābahahaza;


Maze Samweli abarira abantu, at’ Uhoraho yatoranije Mose na Aroni, akadūgana ba sogokuruza abakūye mu gihugu ca Egiputa, ni we cabona.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ