Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 12:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Nuko none ni muhagarare, mbāgiririze imbere y’ Uhoraho, mbereke n’ivyo yabagiriye vyose mu bugororotsi, mwe na ba sogokuruza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 12:7
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Enda ni muze, twītātūre, ni k’Uhoraho agize; nah’ ivyaha vyanyu vyotukura tukutuku, bizokwera derere nka shelegi; naho vyotukura nk’agahama, bizohinduka nk’ubgoya bg’intama y’umwero.


maze mbajane mu bugaragwa bg’abanyamahanga, ni ho nzobabūraniriza duhanganye amaso.


abibasobanurira, amenyekanisha yuko Kristo yar’ uwo kubabazwa, no kuzuka mu bāpfuye: kand’ ati Yesu, uwo mbabgira, ni we Kristo.


Aho bavuga ibicuba ku ngomero z’inka, Abe ari ho batāzīrira Uhoraho kubg’ intsinzi yiwe, Kubg’ intsinzi yiwe arōngōye Abisirayeli. Aho ni ho abantu b’Uhoraho bāmanutse, bagatamaza mu marembo yabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ