Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 12:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Ariko ni mwashishikara kugabitanya, muzorandurwa, mwe n’umwami wanyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 12:25
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko ni batayumvira, bazotikizwa n’inkota, Bazopfa batāmenye ubgenge.


Na ho ni mwanka mukagarariza, inkota izobarya: kukw akanwa kanje Uhoraho ari ko kabivuze.


Umunyavyaha azobona ibara! Azomererwa nabi, kukw azogererwa ingero y’ivyo amaboko yiwe yakoze.


N’ukuri bazohava bavuga, bati Nta mwami tugira: kuko tutubashe Uhoraho; kare ho umwami yotumariye iki?


Uhoraho azobatangana n’umwami muzoba mwiyimikiye, abatange mu maboko y’ihanga mutigeze kumenya, mwe na ba sogokuruza; mushitseyo muzohasabira izindi mana z’ibiti n’iz’ amabuye.


Ariko ni mwibagira Uhoraho Imana yanyu, mugakurikira izindi mana, mukazisaba, mukazisenga, uyu musi ndababūriye yuko mutazobura guhona.


ni mwaca mw isezerano ryiwe yabasezeraniye, mukaja gusaba izindi mana, mukazūnamira. Uburake bg’Uhoraho buzoca bubaziriringira, muranduke bidatevye, mushire mu gihugu ciza yabahaye.


Kuko ni mwaheba Uhoraho, mugasaba imana z’inyamahanga, azohindukira abagirire nabi, abarandure, naho yari yarabagiriye neza.


Sauli yīmye amaze imyaka mirongwitatu; amara imyaka ibiri ari ku ngoma aganza Abisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ