Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 12:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maz’ Uhoraho arungika Yerubayali na Bedani na Yefuta nanje Samweli, arabarokora, abakūra mu maboko y’abansi banyu impande zose, mwībēra amahoro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 12:11
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Uhoraho aha Abisirayeli uwo kubakiza, bituma bīgobotora mu maboko y’Abasiriya, babona gusubira kwigumira i muhira nk’uko bāhora ubga mbere.


Mwene Ulamu ni Bedani. Abo ni bo bo kuri Gileyadi, Gileyadi mwene Makiri, Makiri wa Manase.


Bukeye atuma i Kedeshi‐nafutali guhamagara Baraki mwene Abinowamu; aramubgira, at’ Uhoraho Imana y’Abisirayeli arakugeze, ngo Genda ukoranirize i Tabora ingabo ibihumbi cumi bo mu ba Nafutali no mu ba Zebuloni;


Uhoraho aramwitegereza, aramubarira, ati Genda ukw izo nkomezi zawe zingana, ukize Abisirayeli ubakūre mu maboko y’Abamidiyani: ni jewe ubganje ngutumye.


Yowasi yishura abamuhagurukiye bose, ati Mbega mugomba kurwanira Bayali? canke mugomba kuyitabara? At’ Ūgomba kuyirwanira ni bamwice hakiri kare! Asangw’ ar’ imana, ni yīrwanire, kuko basanganguye igicaniro cayo!


Nuko kur’ uwo musi aca yita Gideyoni Yerubayali; ati Bayali ni yirwanirire, kuko yasanganguye igicaniro cayo.


Yerubayali, ari we Gideyoni, n’abantu bose bari kumwe na we, bazinduka kare, baragenda basagaza kw iriba ry’i Harodi, kand’ Abamidiyani bari bashagaje ahahera i burārūko bgabo, ahēgeranye n’umusozi More, mu kiyaya.


Nuko Yerubayali mwene Yowasi, ari we Gideyoni, ni kwo gutaha, yībēra i muhira;


Kandi ntibagirira neza ab’ inzu ya Yerubayali, ari we Gideyoni, ngo bamwishure ineza yose yari yarabagiriye.


Nukw Abisirayeli bose, uhereye i Dani ugashitsa i Beri‐sheba, bamenya ko Samweli yegukiye kuba ūvugishwa n’Uhoraho.


Uko ni kw Abafilisitiya bātsinzwe, ntibasubira kurenga urubibe rw’Abisirayeli; mbere mu gihe ca Samweli cose ukuboko kw’Uhoraho kwama gushikamiye Abafilisitiya.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ