1 Samweli 11:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 afata inka zibiri, azihimbaguramw’ ibihimba, abiha intabaza ngo zibinyuranganye mu gihugu cose c’Abisirayeli, mut’ Ūtazotabarana na Sauli na Samweli, uko ni kw inka ziwe zizogirirwa. Ubgoba buvuye k’Uhoraho burabafata, baca baza icarimwe gutabara nk’ umuntu umwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |