Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 11:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ako kanya Sauli araza yimirije inka zivuye kurima, arabaza, ati Habaye iki kw abantu barira? Bamubarira inkuru ab’i Yabeshi bazanye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 11:5
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana yumva ijwi ry’uwo muhungu; maz’ umumarayika w’ Imana ari mw ijuru, ahamagara Hagari, aramubaza, at’ Ubaye iki ga Hagari? Nta co utinya! kukw Imana yumvise ijwi ry’uwo muhungu ah’aryamye.


Nukw avayo, aragenda abona Elisa mwene Shafati, arikw ararimisha inka mirongwibiri na zine zirongōye imbere yiwe, zisangiye ingōgo ari zibiri‐zibiri, na we ari ku z’imperēra; Eliya akebereza iy’ ari, amutererak’ umutamana wiwe.


Imukūra mu gushorera intama zonsa, Kugira ngw aragire aba Yakobo abantu bayo, Abisirayeli ishamvu yayo.


Imbūri yo ku kiyaya c’ ukwerekwa. Noneh’ ubaye ute, abantu bawe bose ko būriye ku mazu hejuru?


babatera akāmo; Abadani barakebuka, babaza Mika, bati Mbega n’ibiki, k’uzananye n’ ingabo?


Hār’ umuntu w’Umubenyamini yitwa Kishi; yari mwene Abiyeli, Abiyeli wa Serori, Serori wa Bekorati, Bekorati wa Afiya w’ Umubenyamini; yar’ umuntu w’umutunzi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ