Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 11:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Abakuru b’i Yabeshi baramwishura, bati N’utwihanganire imisi ndwi, kugira ngo dutume intabaza zinyuranganye igihugu cose c’Abisirayeli; maze ni hābura uwodutabara, tuzokwisaba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 11:3
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimwumvire Hezekiya: kuk’ ukw ari k’umwami w’i Ashuri agize, ngo Kunda mwuzure na we, musokoroke muje iy’ ari, umuntu wese ngw abone kurya ku muzabibu wiwe no ku musukoni wiwe, no kunywa ku mazi yo mw ivomo ryiwe,


Ab’i Yabeshi ni kwo kubarira Abamoni, bat’ Ejo tuzoza kubīsaba, namwe mutugire uko mugomba.


Nukw abakuru b’Abisirayeli bose barakorana, baja i Rama kwa Samweli,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ