Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 11:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Maz’ abantu babarira Samweli, bati Mbega ni ba nde bavuze, ngw Aho Sauli ni we yotuganza? Ni muzane abo bantu, tubice.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 11:12
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ukuboko kwawe kuzoserangura ababisha bawe bose; Ukuboko kwawe kw’i buryo kuzoserangura abakwanka.


Arikw abo bansi banje batākunze ko mbaganza ni mubazane hano, mubīcire imbere yanje.


Arikw abantu b’abagesera bamwe baravuga, bati Mbeg’ uwo muntu yodutabara ate? Baramukēngēra, ntibāruha bamuzanira n’ imishikīro. Arikw apfa kwinumira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ