Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Samweli 11:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Ab’i Yabeshi ni kwo kubarira Abamoni, bat’ Ejo tuzoza kubīsaba, namwe mutugire uko mugomba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Samweli 11:10
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwami w’Abisirayeli arabishura, muti Bizoba uk’ uvuze, segaba mwami wiwe; muti N’uwawe, bo n’ivy’ afise vyose.


Maze babarira za ntabaza, bati Mubarire ab’i Yabeshi‐gileyadi, mut’ Ejo ku gasase bazobatabara. Nukw izo ntabaza zije, zibibgira ab’i Yabeshi, baranezerwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ