1 Samweli 10:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Barakuramutsa, baguhe n’amarobe abiri, nawe uyākīre. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Hanyuma urashika ku musozi w’ Imana, ahar’ iboma y’Abafilisitiya; ni washika mur’ ico gisagara, uja guhūra n’agakama k’abavugishwa n’Imana bamanuka bavuye ahēra ho ku mpinga y’umusozi, bafise amakembe n’udushāko tw’ingoma n’imyironge n’inanga bigenda biravugira imbere yabo; uja gusanga bariko baravugishwa n’Imana.