1 Samweli 10:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ahamagaza umuryango w’Ababenyamini, inzu imwe‐imwe ukwayo, inzu ya ba Matiri irafatwa; araheza ahamagaza ab’ inzu ya ba Matiri, umuntu umwe‐umwe; hafatwa Sauli mwene Kishi; ariko bamurondeye baramubura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |